Samuel Eto'o Yahoze Akinira Barcelona Yemeye Ko Yanyereje ... - BBC

Ahavuye isanamu, EPA
Samuel Eto'o yahoze ari umusatirizi wa Kameruni yemeye icaha co kunyereza umusoro ungana n’imiriyoni 3,2 z’amapawundi yakuye mw’igurisha ry’isanamu yiwe (droit à l'image /image rights) igihe yakinira Barcelona.
Uyu yabaye umukinyi wa mbere wa Afrika w’umwaka incuro zine yaciriwe umunyororo urindirijwe (suspended prison/sursis) w’amezi 22 igihe yarengutswa imbere ya sentare muri Espagne ejo ku wa mbere.
Ategerezwa kuriha aya mafaranga yose aheranye, hamwe n’ihadabu ry’imiriyoni 1.55 z’amapawundi.
Abashingwamanza bagiriza Eto'o ko yananiwe no kumenyesha amatungo yiwe yavuye mw’igurishwa ry’isanamu yiwe hagati ya 2006 na 2009.
Komeza usomeEto'o ni we mukinyi wundi aherutse gushirwa ku rutonde rurerure rw’abakinyi mvamahanga bakurikiranwa ku caha co kunyereza amakori muri Espagne muri ino myaka, harimwo Cristiano Ronaldo, Lionel Messi, Jose Mourinho na Neymar.
Skip content and continue readingSamuel Eto'o yarokotse impanuka y'umuduga10 Ukw'icumi na rimwe 2020End of content
Uyu munya-Kameruni w’imyaka 41, ubu akaba ari we arongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru rya Kameruni, yinjiye muri Barcelona mu 2004 afise imyaka 23. Yarakiniye kandi Real Madrid, Inter Milan, Chelsea na Everton mu kiringo ciwe cose yamaze akina umupira w’amaguru, imbere y’uko akukuruka mu 2019.
Yarengukishijwe muri sentare Ciudad de la Justicia i Barcelona ari kumwe n’uwahoze ari umuhagarikizi wiwe, Jose Maria Mesalles, nawe akaba yahawe umunyororo urindirijwe w’amezi 12 hamwe n’ihadabu.
Sentare yabwiwe ko Eto'o yagurishije isanamu yiwe mw’ikompanyi ifise icicaro muri Hongrie/Hungary ariko yoyo ikaba yaramenyesheje amatungo yayo muri ico gihugu gifise amakori ari hasi.
Skip Ibisomwa cane and continue readingIbisomwa cane
Ibyo wamenya ku munyamakuru Jean Maurice Uwera wagizwe umuvugizi wungirije wa leta y'u Rwanda
Trump yaburiye Tehran ko 'igihe kiri gushira' ku masezerano ya nikleyeri mu gihe yongereye ingabo hafi ya Iran
Umucungagereza yafunzwe kubera gukora imibonano mpuzabitsina n'imfungwa
Wari uzi ingaruka z’ukurya amagi menshi?
End of Ibisomwa cane
Eto'o yabwiye sentare ati: "Ndemera ivyo nagirizwa kandi nzoriha ivyo nishuzwa, ariko reka menyeshe ko nari nkiri umwana kandi ko nakurikiza ivyo uwahoze ari umuhagarikizi wanje Jose Maria Mesalles, nafata nka dawe, yansaba gukora ico gihe”.
- amategeko
- Imikino
Inkuru iri kw'isonga
Imirwano ikomeye mu misozi ya Fizi – FARDC na Twirwaneho bararwanira Point-Zéro
Iminota 21 irahezeTrump yaburiye Tehran ko 'igihe kiri gushira' ku masezerano ya nikleyeri mu gihe yongereye ingabo hafi ya Iran
Haciye amasaha 3Umucungagereza yafunzwe kubera gukora imibonano mpuzabitsina n'imfungwa
Haciye amasaha 5
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo

U Rwanda rwareze Ubwongereza ku masezerano y'abimukira 'rwishyuza' amafaranga yasigaye
27 Ukwa mbere 2026
Ubushakashatsi bushya bwasanze gucura imbyaro bifitanye isano no kwibagirwa
27 Ukwa mbere 2026
BBC GAHUZA WhatsApp Channel: Uko wayinjiramo ukajya ubona amakuru ako kanya
2 Ukw'icumi na kabiri 2024
Menya ibyo ukwiye kurya cyangwa kwirinda bitewe n'imyaka yawe
27 Ukwa mbere 2026
'Nyuma ya Uvira…tuzafata Bukavu, Goma, Bunagana hose' – Guverineri wa Kivu y'Epfo ageze muri Uvira avuye aho yahungiye
23 Ukwa mbere 2026
'Gushyira M23 mu nzego z'umutekano za leta' – Igisubizo ku ntambara ya RD Congo ku bw'umudepite w'Amerika
23 Ukwa mbere 2026
Inkuru iri kw'isonga
Imirwano ikomeye mu misozi ya Fizi – FARDC na Twirwaneho bararwanira Point-Zéro
Iminota 21 irahezeTrump yaburiye Tehran ko 'igihe kiri gushira' ku masezerano ya nikleyeri mu gihe yongereye ingabo hafi ya Iran
Haciye amasaha 3Umucungagereza yafunzwe kubera gukora imibonano mpuzabitsina n'imfungwa
Haciye amasaha 5
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo

U Rwanda rwareze Ubwongereza ku masezerano y'abimukira 'rwishyuza' amafaranga yasigaye
27 Ukwa mbere 2026
Ubushakashatsi bushya bwasanze gucura imbyaro bifitanye isano no kwibagirwa
27 Ukwa mbere 2026
BBC GAHUZA WhatsApp Channel: Uko wayinjiramo ukajya ubona amakuru ako kanya
2 Ukw'icumi na kabiri 2024
Menya ibyo ukwiye kurya cyangwa kwirinda bitewe n'imyaka yawe
27 Ukwa mbere 2026
'Nyuma ya Uvira…tuzafata Bukavu, Goma, Bunagana hose' – Guverineri wa Kivu y'Epfo ageze muri Uvira avuye aho yahungiye
23 Ukwa mbere 2026
'Gushyira M23 mu nzego z'umutekano za leta' – Igisubizo ku ntambara ya RD Congo ku bw'umudepite w'Amerika
23 Ukwa mbere 2026
Izisomwa na benshi
- 1Ibyo wamenya ku munyamakuru Jean Maurice Uwera wagizwe umuvugizi wungirije wa leta y'u Rwanda
- 2Trump yaburiye Tehran ko 'igihe kiri gushira' ku masezerano ya nikleyeri mu gihe yongereye ingabo hafi ya Iran
- 3Umucungagereza yafunzwe kubera gukora imibonano mpuzabitsina n'imfungwa
- 4Wari uzi ingaruka z’ukurya amagi menshi?Ibiheruka kuvugururwa: 26 Ukw'icenda 2019
- 5CAF yemeje intsinzi ya Sénégal y'igikombe ca Afrika, ariko ifatira ibihano umumenyereza wayo n'abakinyi
Từ khóa » Eto Bao Nhieu Cup C1
-
Samuel Eto'o – Wikipedia Tiếng Việt
-
Samuel Eto'o - Wikipedia
-
SAMUEL ETO'O - Tiểu Sử Về Cuộc đời Và Sự Nghiệp Của "Báo đen"
-
Etoo Sở Hữu Bao Nhiêu Cúp C1
-
Tiểu Sử Cuộc Đời Và Sự Nghiệp Của Samuel Eto'o
-
Eto'o Giải Nghệ: Tạm Biệt 'Báo đen' Bất Tử Của Bóng đá Cameroon
-
SAMUEL ETO'O - “Báo đen” Của Barcelona | Soikeobong
-
Tiểu Sử Samuel Eto'o: Cuộc đời, Sự Nghiệp, Năm Sinh Của Anh
-
Tiền đạo Samuel Eto'o Một ông Vua Về Tốc độ Và Những Danh Hiệu ...
-
Tiểu Sử SAMUEL ETO'O, Cuộc đời Và Sự Nghiệp Của “Báo đen” | SV88
-
“Báo đen” Eto'o Giã Từ Sự Nghiệp “quần đùi áo Số” để Làm Quan Chức
-
Calderon: “Real Thật Sai Lầm Khi Bán Eto'o”
-
Eto\'O Sở Hữu Bao Nhiêu Cúp C1【Copy Ngay__Tặng ...